Radio Isanganiro - FM 89.7 - Bujumbura

Save this radio to your Streema Favorites

Le Dialogue Vaut Mieux Que La Force - Inama Isumba Ingimba

Ads by Google AdSense

Radio Isanganiro Info

Play

Get the live Radio Widget

1/5 based on 2 reviews. Rate this station

2759 Tune Ins

Radio Isanganiro is a broadcast radio station in Bujumbura, Burundi, providing Community News, Information and Entertainment.

Visit the Radio's website

Contact: radioisanganiro@yahoo.fr

Wall

NDURURUTSE

NDURURUTSE

IKIGANIRO KIVUGA NTEGA MARANGARA NDABASAVYE MUZOGICISHEKO KENSHI KUGIRA ABANTU BAMENYE KO UBWICANYI BUTANGURIRA MUBIHUHA. ABABIBA IBIHUHA MUBANDI BABA BASHAKA GUTANGUZA UBWICANYI

April 22, 2014, 2:17 p.m. GMT

NDURURUTSE

NDURURUTSE

IKIGANIRO ISANGANIRO YACISHIJEKO KIJANYE N'UBWICANYI BWABEREYE MURI NTEGA NA MARANGARA SINAMENYE INTUMBERO YACO. ARIKO UBIRAVYE NEZA USANGA INGENDO Y'ABARUNDI MURI INOMINSI ATAHO ITANDUKANIYE N'INGENDO YA NTEGA MARANGARA. URAVYE UKUNTU HARI ABARAJWE ISHINGA NO GUKEBURA ABANTU NGO BIRARIRE NGO see more... HARI ABAGIRE BABARIGITE UCA UBONA KO ARI ICUKA KIBI BABIBA MUBANTU. UWOBABWIYE KO AGERAMIWE ACA YITEGURA KUGIRA AZOKWIVUNE IGIHE YATEWE. UWO BAVUGA KO NAWE ARIWE AZOTERA NAWE AVUGA ATI 1972 VYATANGUYE UKO MBERE NA 1988 VYATANGURIYE MUBIHUHA. NAWE AGACA YICUNGERA. HAGIZE N'ISAFURIYA IBOMANA N'IYINDI UMWE WESE AVUGA ATI BIRATANGUYE. NDASAVYE RADIO ISANGANIRO ICOKIGANIRO IZOHORE IGICISHAKO KENSHI KUGIRA ICUNVA CUNVE. KUKO HARI ABAHENDWA UGASANGA IBIHUHA BIBABUJEJE N'ICO BOKWOKORERA NGO BAGENZIBABO BAGIRE BABICE. ABARUNDI BAMAZE GUCA MUMAAKUBA ATANDUKANYE UWUHENDWA AKEMERA ABA ATAHUYE N'AMAGUME YASHIKIYE IKIGIHUGU. TWEBWE YAKOZEKO TWARABABAYE IBIHUHA BIDUCA IVUTU NTITUBIKENEYE. ABARUNDU NYABUNA BAKENEYE UMUNTU ABEREKA UKUNTU BOVA MUBUKENE BUTAGIRA IZINA TURIMWO , NAYO AMACAKUBIRI ATEZA IMBERE ABOBAYABIBA MUBANU GUSA NAHO TWEBWE BATOBATO TWAMARANYE ABACITSE KWICUMU BAKICWA N'IKIGOYI. BARUNDI BENEWACU , CUMBWENGE MUTORE ICATSI N'URURO BAREKE KUDUSUBIZA MUKAGA DUHITIYEMWO. INKURU Y'IKINYOMA NTARUKUNDO RURIMWO

April 22, 2014, 2:02 p.m. GMT

Guest

Guest

Mbega mwa bapolisi ba Bubanza na Gihanga!Uyo mutware Egide yarafise INKOHO ya Pistore ni kuki mutomufata chanke mukamufunga?Ni mureke gukora nka mporona ya kera!Nti muhave muvomera muchogeje?Nawe mutegesti wo Murumonge!Gezaho umwanya waguheranye,amezi 13 simenshi!Uzobura iyo unyikira!Aho utoteza aba see more... ndi!Uzokwomoka

April 22, 2014, 10:48 a.m. GMT

Guest

Guest

Banyagihu bachu bari hano iwachu i Burundi no mu Mahanga!Nti mwibagire kwama mwarikanuye mukwandika abo bose bariko bariba nukwicha ugwurubozo!Ejo hazaza ntimuze mubure kubadoma kwurutoke!Kandi tuzobashengeza mu makungu kuvyo bakoze,ubwichanyi,ubusuma nibindi bibi vyose bazoba barakoze!Nukwerekana i see more... yo bakuye ayo magorofa!

April 22, 2014, 10:25 a.m. GMT

Guest

Guest

Mutegetsi Nkurunziza wakano gahugu kachu k,Uburundi!Ikebuke nayahandi turasubira mu mywaka ya 1962-1972.Mbega wibaza ko IMBONERAKURE aribo Barundi bonyene?Nayahandi muzobura naho mwinyegeza hamwe nabo murikumwe mu mugambi wanyu ugayitse!Mobutu ,Iddi Amin,Kinani Havyarimana n,abandi nabandi bari hehe see more... ?

April 18, 2014, 3:47 p.m. GMT

Guest

Guest

Nanje nti:Philippe Nzobonariva!Gezaho, nuku nkuri ABAHUTU wibazako mufise IBANGA?Nimwebwe muri mwebwe nyene mwabivuze ko muriko muragabura INKOHO,kandi simbeshere!Muriko murazitanga,kuko amafranga yose avugwako anyika ntakindi akora atari izo NKOHO ziriko ziragugwa mumpisho,mugatako mu kazigaburira see more... izo MBONERAKURE mumpisho!

April 16, 2014, 3:26 p.m. GMT

Guest

Guest

Ewe Philippe Nzobonariva!Gezaho!Aho urekura AMAZURU nka MIVUBA!Ivyo uvuga sivyo mukora!Mbega wewe urarusha uyo Aserukira ONU mu Buruundi?Wewe ivyo mutegura vyaramaze kumenyekana!Ahubwo bwira mwenewanyu areke kwibazako azokwitoza ubugira GATATU!Uwo muchanwa nimwebwe mutegura kuwuchana!Birazwi!Kandi u see more... rabizi!

April 16, 2014, 3:22 p.m. GMT

Guest

Guest

Ewe mutegetsi wakano gahugu kachu k,Uburundi!Ikebuke,mureke guhohotera abo bantu bose bavugira ivyabo!None nkabo ba Polirisi muriyo Bank baje gukora iki?None murakenyeye MUNYAGE abantu IVYABO IZUBA riva?Gezaho!Ejo hazaza muzobura IYO MUNYIKIRA nabo bose mukorana!Burya UHORAHO ntakunda uwurenganya ab see more... andi!

April 15, 2014, 3:29 p.m. GMT

Guest

Guest

Mbega Barundi Barundikazi,none murakenyeye mureke Abarundi bahone tubona?None ntanukuvuza NINDURU?Ko tubona kira munsi uko bukeye ukobwije hirya nohino atamunsi wijana atamuntu yishwe chanke akubiswe nizi MBONERAKURE?None haraho i Gihugu chachu ch,u Burundi gitandukaniye nibihe vy,INTERAHAMWE zo mu see more... Rwanda?

April 14, 2014, 4:20 p.m. GMT

Guest

Guest

Abatamuzi Said Juma baze babaze umugore vyahorana!Aho muzoheza mumenye neeza!Ariko amenyeko IKIBIBI kidahera kuwagikorewe!Hanyuma mukurangiza nabo bose bakoze umugambi wokwicha Manirunva Erneste barihenze,kuko bite bitebuke BAZOFATWA izuba ryaka,nabo bibaza ko bazomushigiira ntavyo bazokora.Bazotiny see more... a.Igikuru n,ubuzima.

April 13, 2014, 5:33 p.m. GMT

Reviews - Rate this station:

Guest

noneko numva amahoro ngo yarabonetse nkumva atamunsi abanyagihugu bama barira none umva abariri hanze wumva boza ngo bakokoriki twararushe mwoshaka mwotuvinyuma ninkumbwo buministre buza buradusanga aho twibereye bwivuugisha ivyo bwigombeye harumutsi tuzobuhindurira

Guest

<span onmouseover="_tipon(this)" onmouseout="_tipoff()"><span class="google-src-text" style="direction: ltr; text-align: left">Review this radio station!</span> Examen de la station de radio!</span>

Sign Up for Streema

If you want to save the Radio Isanganiro live stream, start sharing stations with friends, or engage in a deeper Streema experience, please sign up below.

By clicking Sign up, you are indicating that you have read and agree to the Terms of Service and Privacy Policy.

Streema Mobile

We've developed a mobile website for iOS (iPhone, iPad, iPod) and Android devices. Native apps coming soon!

You can check it out by visiting our mobile radio site from your phone or tablet's mobile browser - it's free, no download required.

For more information go to our Mobile Support .

In other languages

See this page in French: Ecouter Radio Isanganiro en ligne

See this page in Deutsch: Siegle Radio Isanganiro online

Ecouter en direct, en ligne. Playlist, tracklist et liste de chansons les plus jouées, a venir...

PC requires Windows Media Player - Mac additionally requires Real Player - See FAQs for more info on how to listen to live streaming radio.