Guest Nukwo mwana wamama nukuza muratwihanganira twebwe abarundi turihanze twariraye urazokurikirana kukiganiro radio isanganiro yahariye DIASPORA wumve iyodutangibitekerezo vyacu uzocawumvako nowoduha ubujajwamihana (nyumbacumi) ntabwotwoshobora kubere dusigaye twararengewe nubwishime ariko ndakunda Pie...
May 21, 2013, 8:06 p.m. GMT
Guest Nta wukubujije kuja inyumayiwe!Chanke nta wubabujije kuja inyuma yiwe!Ni demokrasi ibaha uburenganzira!Ahubwo iyo mugaruka ino iwachu i Burundi mukareka kwaygurira hanze ngo:Murashigikiye ivyo mushigikira!Genda twarabahinyuye ayo mwariye azobacha mukanywa!(YuuuuuuuH)(Harikera)Mbega iyo muje ino iwac...
May 21, 2013, 6:41 p.m. GMT
Guest Mwashigikirana mutashigikirana ivyo nivyanyu,ariko icomukwiye kumenya nuko abarundi barihanze turinyuma ya nyenicubahiro umukuru wigihugu cu Burundi Pierre Nkurunziza ntituribake nubwomubona tudakunda kwandika ama comments ngaha.
May 20, 2013, 5:54 p.m. GMT
Guest Manirakiza Theogene!Genda urumugabo!Kandi naho ntakuzi na Papa akuvyara nibaza ko yarumugabo!Kuko burya uwutazi AKARAYE araza IPHU!Nuko nicho kimwe nuyo mugani wamuchiriye!Niba koko ar,umushingantahe ntazosubire kwihangayisha ngwaritoza!Azorynvumbwa!Azoba BUYOYA!Abarundi barachiye ubwenge!
May 20, 2013, 9:58 a.m. GMT
Guest un coucou d un ami patrick qui te salut de france
May 19, 2013, 9:50 p.m. GMT
Manirakiza Théogene Mbe peter abantu biberey hanze uturonderakw'iki?unaniwe nogutwara abomurikumwe twe twiberey hanze uduhamagarira murico gihugu wononye uri nivyo uduha?komusigay muri banijimbere!mwibagiye umunyagihugu mutoya.sha one day is one day.
May 19, 2013, 7:47 p.m. GMT
Guest Wewe urichari inyuma nka majambere hamwe nabo bose mwibazako muzochinda amatora ya 2015!Mbega ubona CNDD/FDD iriko irakora iki mukuzana umutekano chanke mukugarukira aba nyagihugu?Ibi vyaraye bibaye kandi Mugatumba wewe ntibigutera ubwoba?Ubu hoho GABURIYERI NIZIGAMA arahevye aravuga!Mukuki kwa NGU...
May 19, 2013, 5:46 p.m. GMT
Guest CNDD FDD NTAKINTU MBONA COTUMA ITAZOTSINDA AMATORA YOMURI 2015! KANDI MURAZOKURIKIRANANEZA NIYOYINDIMIGAMBWE IRABIZI. GUSA IYO FNL UMUKURU WAYO ATAVYONONA UYUMWAKA VYARIKUBANGABANGANWA,ARIKUBUHOHO NAMAJWIYAROSE MURI 2010 NTAYIZORONKA 2015 GERAGEZAMWIFATENEZA MUSHOBORA KUZOTSINDA MURI 2020 NAYO I...
May 19, 2013, 2:32 p.m. GMT
Guest Ewe Edward Nduwimana nabo uriko urakorera,kuko warabaye igihemu mu mugambwe!Reka kuburabuza abandi biyamamaze!Ureke kuguma ukora ivyo amategeko atakurekurira!Imigambwe warayisambuye kandi ejo uzoshaka kuyijawo bitagishoboka!Gezaho!Heza neza!Ariko uzobura iyo uzohungira ejo hazaza nutaronka ibiti ush...
May 19, 2013, 11:12 a.m. GMT
Guest Ewe Muntu ubuza abandi ngo:Ntibagire za Meeting!Nibazako utategura kazoza ka Barundi muri Rusangi!Wewe nabo mukorana muriko mushira INDA ZANYU imbere!Emwe mwebwe ntimwunva ivyo amakungu abasaba?Komeza intabarigwa ibwigwa nuko AMASO atukuye!Mwibaza ko muzotsinda amatora ya 2015?Barabahinyuye!Musigaye...
May 19, 2013, 11:08 a.m. GMT
Guest Urugomero rwumuyagankuba Rusumo falls ruhuriweko nu Burundi,Rwanda na Tanzania abasinye amasezerano (contract) nkukobabivuze bakavyandika twizere ko namba atakaciyemwo vyaratanguye mukwezi 2/2013 ruryarugomero rutunganijwe rwozibira igihengeri kitarigito kubukene bwumuyagankuba mu Burundi.
May 18, 2013, 7:09 p.m. GMT
Leandre Niyokwizera 'I quote, "those who lives by the sword dies by the sword." That is Jesus himself, come on Burundi it's time to wake up. When are you going to stop fighting against one another. How many people need to die for you to realize the madness and petty things you guys are doing? Right now you should focus...
May 17, 2013, 11:07 p.m. GMT
Guest Ndagushimiye ndabona ivyuburundi tuvyumvakumwe kuko abategetsi bigihugu hamwe nabaserukira imigambwe namashirahamwe bariharaje kukinatisha anyagihugu babonye ko kwica abanyaghugu arivyovyoshikana kuvyobashaka barabca ntancuti yumunya politike abatabizi nimubimenye.
May 17, 2013, 6:19 p.m. GMT
Guest Narakubwiye busoma neza!Nanje sinifuza intabaraa!Na nicho gituma nanje nanka uwukokeza intambara chanke akorera nabi uyundi,chanke yifuriza nabi abandi!Nakunda umurundi aunda abandi,nkanka umurundi yanka abandi mu kubakumira,ngira waronye aho vyadushikanye?
May 17, 2013, 5:51 p.m. GMT
Guest Wewe wibereye mugahugukawe ku Burundi komeza ugakomerekonecane mukwiyamiriza uwowese abonye ikintu kitarikokiragendaneza atanguranywa kuvuga ngo iherezo nintambara uwuvugagurtyo urazocumenya ko aburakanya kokuyitanguzagusa ariko ayishaka.
May 17, 2013, 5:18 p.m. GMT
Guest Jewe nibereye ngaha mu GAHUGU k,UBUKI n
May 17, 2013, 5:05 p.m. GMT
Guest Niba koko abatwaza umukazo kw,isi yose basoma amakuru y,isi yose!None uno munsi mwoba mwasomye amakuru yuwahoze atwara ARGENTINE?Yitwa JORGE VIDELA!None mwabonye ko yahwereye kandi yari mugereza?Nuko nibazako n,abandi baba DICTATEURS nkuwo baziko amaherezo yabo arayo!Chanke nka kurya vyashikiye IDDI...
May 17, 2013, 5:02 p.m. GMT
Guest Nikibazo cizacane urashobora kuba perezida wuburundi mugihe abavyeyi bawe arabarundi,ariko bishoborekudakunda mugihe utitayeho ururimi rwikirundi,ntiwogenda uratagiza za bifrasa nivyongereza cankizindindimi ngobishore kuguha kubumukuru wigihugu
May 16, 2013, 8:36 p.m. GMT
Guest ikibazo, Woshobora kuba umuprezida utavukiye muburundi ariko abavyeyi bawe arabarundi kandi bavukiye m'uburundi.
May 16, 2013, 6:55 p.m. GMT
Guest courage pour vos bonnes emissions
May 16, 2013, 8:51 a.m. GMT
Guest Kuva iyowagiye ugasubira mugihugucawe ndumva ataribibi ushimyenaho kwigumirahanze ngokuko muburundi harinza Nivyiza ariko ukareka kugerekaho ayandi majambo yogucurika nogurtoza u Burundi nokwama witibisuma nonabarwanya reta.
May 15, 2013, 8:43 p.m. GMT
Guest Mbega gushika nuno munsi iyo leta ntirashira hasi guhiga abbibereye hanze?Ba bashaka kwiki?Nibabareke bihigire ubuzima bwabo!None ba bagarura ngo:Babakoze iki?Ko mbona nabari ngaha i Burundi bafuye n,inzara!Batagira nicho barya,batagira naho baryama!Abandi Papa babo birigwa barichwa nabo bita Imbone...
May 15, 2013, 5:52 p.m. GMT
Guest Rekarero mbwire abarundi none nkumumenyeshamakuru agiyekurondera inkuru agahura numuntu akamuhinkuru imeze nkabirya IMBONERAKURE yarayivuze yoyivuga akagendadahamagajwe kugiravuge uwamuhaye iyonkuru? Muri democratie uwutakwitonda azokwisanga chiniyaulinzi!
May 15, 2013, 1:28 p.m. GMT
Guest Nda kwemeye genda urumugabo uvuze ukuri!Bashaka gutunga bakiri bato!Abandi barasahuye bakoresheje IBIYIKO!Abo nabo uno munsi mu gusahura bakoresha IKIMAMIRO!(Ahaaaaaaaaaaaa)(EheeeeeeH)Nicho gituma uno munsi babuze umu Kandida azobaserukira mu matora ya 2015.Kuko bihuse basanga ntawobateguye azoguma ...
May 15, 2013, 7:23 a.m. GMT
Guest None wibaza ko muri demokrasi arukuvuga iryo ryose risunitswe nimpwemu?Chanke uvuga irivuye k,umutima!Genda na raguhinyuye nka Mporona!Wewe ntiwemera akabi!Ariko niba uringaha iwachu i Burundi chanke aho uriho hose uzobibona ko kwicha, kwiba ,gusahura imitungo ya leta atariwo muti!Mwashatse gutunga ...
May 15, 2013, 7:17 a.m. GMT
Guest ekadaaa muraho
May 14, 2013, 1:24 p.m. GMT
Guest None ahoyavuze nabi nihehe? None ushaka babakatekumutwe bacebavuga ngo murakoze!iconobwira abarundibose nukobokwirinda mwenivyobintuvyose bibabaza uyundi,nayokuvuga ngowumvise runaka ivyoyavuze muri demucratie baravuntibanuma
May 14, 2013, 12:42 p.m. GMT
Guest Ewe mukunzi waba DD!Ngira ubuho wiyunviye mwenewanyu ivyo yivugiye kandi mutegura ataguhishanya!Kandi wunvise nurya yatanze amakuru ari hanze!Ngo:Ariko arabeshuza ivyo irya BONERAKURE yavuze!Nawene wunvirije neza usanga abizi ivyo bintu mutegura!Akajambo karimmwo kavyemeza naka!Ngo:Hariho ABAHUBUKA ...
May 14, 2013, 8:42 a.m. GMT
Guest Nonenkivyo vyabamenyeshamakuru,nivyobibintubikurubikuru vyandikwa mugifrasa kwocatuvuga ngonintango y'intambara? Natwe abarundi mukuvuga intamba mengonumunyenga!!!
May 13, 2013, 4:37 p.m. GMT
Guest ikindi kibazo, nikuberiki ibintu bihambaye m'uburundi vyandikwa mugi faranca?
May 13, 2013, 3:44 p.m. GMT
Guest ubu honyene batanguye kubuza abamenyesha makuru kw'andika. Umva bimeze gute?
May 13, 2013, 3:43 p.m. GMT
Guest Ngo amatora akeneye kugenda neza? ivyonivyo twiteze kandi bizoba. Nayo ngo nihagira ingorane s'ingwano,izobagusa? ngo uburundi buzosambuka? Ivyo uvuze niko ninyuma yamatora yomuri 2010 bavyifuje ko badatsinze uburundi busambuke, kandi nivyo,iyohaba hatari abasirikare,naba polisi,nabenegihugu bafata...
May 13, 2013, 2:30 a.m. GMT
Guest Amatora akenewe kugenda neza. Ni ha gira ingorane s'ingwano izoba gusa, burundi buzo sambuka. It doesn't matter who becomes the next president but choose wisely not to choose a corrupted one also someone who care about us burundians.
May 13, 2013, 12:17 a.m. GMT
Guest NTAWAMBUJIJE KWUMVA RADIO ZOSE,ARIKO NDAFISE IGITUMA NTASHOBORA KUZUMVIRIZA,UMVA IGIHEKIMWE MUMPERA ZUMWAKA 2010 NAKUNDA KWUMVIRIZA RADIO RPA KUBERA AMAKURU BATANGA YARI AGACAMUTWE IVYORERO VYATUMYE NISHIRAMWO KO INTAMBARA YASUTAMWE,NACIYEMBWIRA MWENEWACU KO YOHUNGA,ISANGANIRO YAJEHAGEZE!!!!
May 12, 2013, 5:07 p.m. GMT
Guest Mwicha muticha muri 2015 nta muntu azosubira guhunga !Never!Ngira warabonye Lybie,Sylia nibiriko biraba nahandi kw,Isi yose!Ni nacho gituma muri KENYA amatora yagenze neza !(:::::::::)(:::::::::)By CARFOR!
May 12, 2013, 4:46 p.m. GMT
Guest Kurikira amakuru kuma radio yose nta wuzikubujije!Naho kwita imbonerakure !Umu DD akomeye!Icho gusa ntacho kizogufasha!Kuko nibaza jewe ko intambara itangura naraha i Burundi gushika ihere!Ndazi nezako ababahaye amazi chanke igitoke bose batari aba DD gusa chanke imbonerakure!Nuko niba ushaka kuba ...
May 12, 2013, 4:43 p.m. GMT
Guest Urakoze kunyita umubeshi, umwangushi, umunyonyezi. Jewe ndakurikirana amakuru kuri radio imwegusa nayo nimudahemuka ISANGANIRO namba utayumviri warahomvye geragezarero wikurikiranire ivyurya mu polisi mwavuze ngoyarakubiswe arashaya kumakuru ya le 11/5/13 kuri sanganiro
May 12, 2013, 2:31 p.m. GMT
Guest Ewesha!Naho wirema ngo DD murakomeye chanke muranumye kubera Ubumenyi!Komera iminsi yose ikiri hejuru amaherezo ni HASI!Nawe niba uraha i wachu i Burundi!Komera!Nayo ivyo uvuga ko umupolisi yivugiye ko atakubiswe!Nakubwiye wewe urumubeshi,umwangushi,umunyonyezi nkabandi!Mbega wewe wunviriza ama radi...
May 12, 2013, 7:14 a.m. GMT
Guest Hewe muraraba iyo DD yanyu neza ejo hazaza nti muzohave mumera nka wa mwaka tutibagiwe 1972!Abategetsi bamwe bamwe bari muri Mporona!Bateguye ubwichanyi hanyuma bakabugereka kubandi!Kandi abari muri Mporona bena Simbananiye aribo batanze IMIPANGA kuba BABEMBE!Ngo:Bereke Amakungu ko Abahutu bamaze Ab...
May 12, 2013, 7:08 a.m. GMT
Guest Ama radio arasamirana ngumu police Bubanza ngoyakubiswe ni Mbonerakure,wagira guti bakabaza uwomu polisi yavuzweko yakubiswe agashaya bagasanga aradara! atintawankubise. Abagize ADC ikibiri sinzigituma ivyobashaka gukoravyose vyokwambika ibara imbonerakure bitaborohera yombabaravumwe?
May 12, 2013, 3:08 a.m. GMT
Guest NIMEZA MUMPANDE ZOSE ZINE ZIGIZE UBURUNDI BWACU.
May 11, 2013, 7:20 p.m. GMT
Guest amakuru mukirundi
May 11, 2013, 4:05 p.m. GMT
Guest Nindeyakubwiye ko jewe ndumubeshi? Nindeyakubwiye ko DD yabuze uwuzokwitoza muri 2015? Nindeyakubwiye komuri DD hivugirumuntumwe? Muri DD ntibashobora kubankubusimbirahamwe niwabonarero binumiye ntuzoce wibaza ngontaba DD bariho babita harihuwambwiye ngobitwa'ABAGUMYABA sinzikoyampenze?
May 10, 2013, 6 p.m. GMT
Guest Genda wamubeshiwe!Mbega wewe uba i Burundi chanke hanze?Iyo amakuru avugwa ngaha iwachu kuma radio atandukanye wewe uba uri hehe?Mbega ko mbona mwabuze n,uwuzobaserukira mu matora ya 2015?Ubu hasigaye hivugira umuntu umwe gusa!Niwe yubahutse aravuga munama yabaye mwibanga rya ba CNDD/FDD.Apana Abagu...
May 10, 2013, 5:41 p.m. GMT
Guest Wewe uzobona umuntu avuye mumurwirunaka agatumurongo ucusimbirahariya ngo bagiye kuzorwana? Mbega nindetwokwemerera kwakomakoma igipolisi cacu ubona nukuntu vyatugoye mukukironka,iconimpaka milelenamilele.
May 9, 2013, 4:16 p.m. GMT
Guest Rekandabikubwire kandi ndabikwemeze nta BONERAKURE izigera ihangana nabasoda canke abapolisi,baryabose borwana bafiki ko aribamugabumwe Burundi? Ahubwo bosebazohurira kuriwewe bagusekure uwutabazi arababarirwa!
May 9, 2013, 4:02 p.m. GMT
Guest Ewe mutegetsi w,i BURUNDI?Ubwo ntubonako intambara hagati yababo bita IMBONERAKURE n,igi Polisi igiye kuba?None niba basigaye batera amabuye aba Polisi wunva hasigaye iki?None niba batachubaha n,aba Soda wunva hasigaye iki?Ubu twunva ko i Burundi turi murivyabihe vya JRR!Aho wasanga umu JRR umwe ya...
May 9, 2013, 3:27 p.m. GMT
Guest Ewe YAKOBO BIGIRIMANA?Mbega wewe wibaza ko urongoye FNL koko?Chanke wayihawe na Leta ya Nkurunziza afatikanije na EDWARD NDUWIMANA?Ni kuki amakungu yahisemwo kubwira iyo Leta ya NKURUNZIZA ko RWASA agiye gutahuka?Ni wihuramire!Iyo FNL utwara nirya bita Ishami!Nayo nyakuri irachari ya RWASA!Ahubwo ...
May 9, 2013, 3:23 p.m. GMT
Guest Hewe nuko kazima wantegereye intumbero yanje yariyo na kwandikiye ingene Iminsi mikuru ikurikimirana!Ubuho mbona watahuye!Nayahandi haragezeko abantu batandukanya ICHATSI nu RURO!Kuko INKONA abantu bari bayishimye!Ariko,ariko,ariko yarihuse ichama ikora nka MPORONA(JRR)
May 9, 2013, 3:19 p.m. GMT
Guest independance du burundi 2012 en direct
May 8, 2013, 6:55 p.m. GMT
Guest Iyoyabatwariko turavuga imisimikuru yumunti vyarikuba arineza ko ubisigurirako umutunyuma yokurongora hakurikira gupfa, hariho kuvuka no gupfa,hakabaho imisimikuru yumuntu 3 kuvuka,ubukwe,nogupfa nonesivyo?
May 7, 2013, 9:12 p.m. GMT
Guest Uvuze kondi KITUMVA? Urakoze,jewe narasomyeneza,wavuzekonzorindapfa...nanjendaheza ndakwemerera ko nyumayokuvuka hakurikira kuzopfa,nawe uti nivyo inyumayokurongora habahogupfa nanje nti gupfantirindako umuntarongora,Iyabatwarikoturavuga imisimikuru yumunti nihowarikuvugako inyuma yokurongora hakuri...
May 7, 2013, 9:03 p.m. GMT
Guest Ni kuki umuntu afatwa yakoreye vyafurambi umwana ari munsi y,imyaka (18ans)Ejo ukunva ngo yejejwe?Emwe nibara!Nimugezaho nayahandi muzo kwimaramaza ni mutaheba ngo:Mwikebuke!Ejo hazaza bazo batwenga!Mbega harubwichanyi busumba ubwo?Umuntu ntiwofuma umwicha hako umwana wa 3-4-5-6-10ans hako umukorera...
May 7, 2013, 8:01 p.m. GMT
Guest Mbega Mutegetsi w,i Burundi?Iyo wunva amaborogo ya Bavyeyi wewe wunva gute?Mbega ni kuki Abagore n,Abakobwa n,Abana bari munsi y,imyaka chumi n,Umunani babaye ibikoresho vyabagabo bamwe bamwe batagira ibanga?harimwo Abalimu,Imbonerakure nabo bandi batavugwa tutazi?Ikebuke ufate ingingo iboneka!Urabe...
May 7, 2013, 7:57 p.m. GMT
Guest Nashaka guhoza uyo Mushingantahe w,i Burundi!Yariko avuga ingorane z,Abana bagira igihe Abavyeyi batandukanye!Mushingantahe wewe ntavyubona ,kuko ivyo ubona iyo i Burundi nibike!Nayahandi ivyo uvuga ngo:Amakungu azobafashe,mbega azobafasha iki?Kkko nino mu Bulayi vyarabananiye!Na bene ntacho bimariy...
May 7, 2013, 7:53 p.m. GMT
Guest Nakubwiye yuko udatahura nyabusa!Busoma neza hanyuma UTAHURE!Nukuvuga iyo uhejeje kurongora utegerezwa kumenya ko haba hasigaye umunsi MUKURU wawe wanyuma wo !Urya bakugirira utakiri kuriy,ISI kitunva !Harya bakuganduka ko wafuye!Ndabonako ni KIRUNDI kikugora!Nayo gufa nta munsi badafa!Ariko ugafa ...
May 7, 2013, 7:23 p.m. GMT
Guest Nawenubwuvugangi ntuzi iyabandibigiye,ekanawe ntawomenya iyowigiye! Umuntapfa aruko yarongoye? Abanabobo kobapfa? Sha urumubeshi nihuvuga ko ushubora guhanura uwusanzwe udahaniryere!!!
May 6, 2013, 5:31 p.m. GMT
Guest Jewe sindakwumva! Umuntu apfanyuma yo kurongora? Ntabapfa batararongora ? Canke batararongorwa? NAYOGUHANURA UWUDAKUNDA NO UMUGORE YEME IMPANURO ZIYEKUMWASIWIWE YISHE UMUGABO WIWE!!!
May 6, 2013, 5:09 p.m. GMT
Guest Niko ye najye nifuza ko mugihugu chyajy e peresint like Peter
May 6, 2013, 3:09 p.m. GMT
Guest Mbega wewe wize hehe?Erega urashobora kuvunira akagohe umuntu naho woba utamwiyumvamwo!Nayo gukunda nikindi kintu!Mbega wewe umukunda ni So chanke ni mwene wanyu?Reka akaja!Nayo gufa nicho gikurikira inyuma yuko URONGOYE!Haba hasigaue GUFA niba utarubizi!Jewe ndabizi ku kurusha,nushaka nfise Impamya...
May 6, 2013, 2:55 p.m. GMT
Guest PEREZIDA NKURUNZIZA W'UBURUNDI ARIMUBA PEREZIDA NKUNDA KW'ISI.NDAMUKUNDA NKUKO NKUNDA UBURUNDI,CANKE TANGANYIKA MURIMA W'ABARUNDI. IBINTUVYOSE BAKUGEREKAKO KURIJEWE NUBUSAGUSA ,NZOGUKURAKO ICIZERE WEMEYE KWITOZA KUBUMUKURU WIGIHUGU MURI 2015
May 6, 2013, 4 a.m. GMT
Guest umushingantahe wanj yama yumviriza iyi radio isanganiro numuzungu nama ndiko ndamusigurira mubishoboy mwoza mumushiriramwo indirimbo yitwa URAJEBA.murakoze
May 5, 2013, 12:33 p.m. GMT
Guest We are now listening in the garden in Nijmegen/Holland your station
May 5, 2013, 12:12 p.m. GMT
Guest greetings from Holland
May 5, 2013, 12:08 p.m. GMT
Guest ndabaramukije abogaho kuri iradio isanganiro uvendabanbwire abarundi bose iyo nuvirije iyo radio shanuva nkubuye igihugu navukiyemwo nkaca nuva umego noca garuka ndabashime abantu bogaho muburundi nibaza yuko imana ibishatse zozaguteberera igihugu cacu komera mwese nkabanipfuje kuramutsa imiryago ya...
May 5, 2013, 8:32 a.m. GMT
Guest Wibaza kontakuzi? hanyuma ngo nzorindanjamukuzimu? ivyontiworinda kubinyibutsa kuko nyumayokuvuka naciyenguma mumyiteguro yokuzoja mwukwokuzimu sinzinkawe? Iconogusaba ntugasubire kuvuga ngo uravuniye akagohe umuntu udakunda,rekakuba akazuyazi,SHUHA canke UKANYE.
May 4, 2013, 7:36 p.m. GMT
Guest Hewe !Iyo nsoma ivyo wandika nchama mbona ko amachakubiri yakwuzuye!Kuko wewe uritiranya ibintu!Mbega uzi gute kwari jewe navuzeko Umu president wawe atazomara umwaka k,ubutegetsi?Wamenyegute?Nitwa nde?Mba hehe?Genda urikirwarudubi!Gushika uzoje mukuzimu!Ntu ntegera!
May 4, 2013, 5:10 p.m. GMT
Guest Ikigega cogushumbusha nubwocobaho cobarico guhoza abobariko barasubizwa ivyabo nyumayokubangaza bakakwa ivyabo bakagenda bakabahonkabatagira igihugubaturukamwo nogusabiriza kandibahorabiha
May 3, 2013, 8:19 p.m. GMT
Guest Ndatangajwe cane na Leonce na Frederick Bavuginyumvira imvugobakoresha kubijanye nabantu bariko barasubizwa ivyabo vyarivyaranyazwe! Basha Dr.Minani yashizeho Frodebu nyakuri ntiyihenze pee!
May 3, 2013, 8:11 p.m. GMT
Guest Wewe uvugango uvuniye akagohe uwurongoye igihugu ngontasinye itegeko rigenga abamenyeshamakuru,wewe nabarya baryemeje wibaza ninde akunda umukuruwigihugu uvuze ngo uramukebuye,siwewenyene nyumamatora wavuzengo ntamwaka azomarakubutegetsi?
May 3, 2013, 6:01 p.m. GMT
Guest Ewe muntu urungoye icho gihugu ch,i Burundi!Niba ukunda i gihugu chawe nabakibamwo!Nda kuvuniye AKAGOHE!Ntushireko umukono iryo bwirizwa ribuza UBWIGENGE abamenyesha makuru!Uribuka aho wachiye naho ugeze ningene wagenze ngaho!Bay!Uzosanga ibintu biguhindukanye hamwe nabo baguhenda!
May 3, 2013, 5:35 p.m. GMT
Guest radio isanganiro en direct infos
May 3, 2013, 5:12 p.m. GMT
Guest U ra ri vu ze mwana wuburundi nubwobutarumurundi ntakibazo urumuntu nkanje.
May 2, 2013, 5:25 p.m. GMT
Guest Hanyuma amashiramwe mpuzamakungu aharanira agateka kabicanyi boyakira? Yombamutumva induru kwitegeko ryabamenyeshamakuru? Icomukwiyekumenya ubwobuhugububayeho busabiriza ivyiyumviro vyabosivyobikora.
May 2, 2013, 2:29 p.m. GMT
Guest Nuku nukuri ivyo uvuze nivyo!None habuze iki?Kugira hashigweho irindi TEGEKO riherekeza iryo Tegeko ryakuyeho i GIHANO cho GUFA!Nibashireho lero i TEGEKO ryemeza ko igihe umuntu afashwe akoresheje INKOHO mu Kwicha,mu Kwiba nibindi bibi!Nawe azochame yichwa atakuvuga ngo.Imyaka yoguherayo!Non,non,non...
May 1, 2013, 2:19 p.m. GMT
Guest Emwe mwa Bashingamateka na Bakenguzamateka!Gerageza musubiremwo iryo TEGEKO rikura i GIHANO cho GUFA!Nayahandi mudategekanije ikindi GIHANO cho risubiria ntakibuza Abarundi bafise INKOHO baramara Abadafise INKOHO!Ndabavuniye akagohe!Ntakidashoboka!
May 1, 2013, 2:12 p.m. GMT
Guest Mbega ivyonumva mubamenyesha amakuru b'Ibundi vyobarivyo? Ngo nigihugu copfuma kiranduka batabayeho nkabamenyeshamakuru b'Iburaya?
April 30, 2013, 4:46 p.m. GMT
Guest Mu Burundi harumugore yifuje ko agira ubushobozi burenze ubwugabo we acaza kurondera ubungetengete bwoguha uwomugabowe yarabimuhaye acarapfa! Wamugore yasigaye mumarira yurundahera!abamenyeshamakuru biburundi rekagukazanya ngompaka mubaye nkabamenyeshamakuru biburaya na amerika igikere ciganye izovu...
April 30, 2013, 4:20 p.m. GMT
Guest Nubutabenya nirwara? Egome' ubana babimukira muri USA bigiriyinama yokugarariza abavyeyi ngokuko muri USA umwana arubashwe batitugeze imuhira icobatubwira cosentituze kucemera umwe ntiyavyubahirije uyundi yarabikoze baramukubita arinavyo vyatumye Mama na Se bafungwa imyaka 30 conico abamenyesha maku...
April 30, 2013, 4:05 p.m. GMT
Guest ndabaramukije mwesa murakomeye
April 30, 2013, 2:01 p.m. GMT
Guest Ngonakamo batewe numukuru wigihugu! Uryasumuntu asanzwe niyaba atajibi carikimwitse inyuma babantu ntakigenda,mbe Sindihije mwarabonye ukoyaje? Bwaca ngofura imfurwa za protique!
April 30, 2013, 12:47 p.m. GMT
Guest Wewe urumunyakuri tureke abariko barashigikira abajebanyororomba ngonibisanzwe amashirahamwe yigenga murahagabira mumvugo mukoresha kurumwomuntu yaraye afashwe nigi policier cigihugu mukundavyoshigikira ahohomwohatakariza amanota!
April 29, 2013, 5:59 p.m. GMT
Guest Jewe ntumayamatora yomuri 2010 Agathon numvize koyahunze nanjenaciyempunga uburerondikonditegura gusubiramugihugu arikonzobanza kubimenyesha abokumutumba ntabibamenyesheje bombona nkinkoziyikibi
April 29, 2013, 5:49 p.m. GMT
Guest wow mwaje mukenewe
April 29, 2013, 11:21 a.m. GMT
Guest Rekandabahe inkuru,umuntu wumugezi yambwiye ngo iyaba intarazose zirimwo incabwenge nzimeze nkiza Bujumbura, ngo aba CNDD FDD baba baraheze amanyama nanje ntikuberiki? nawengo abantubose barakwiye kuza barasekurana nimbonerakure,nanje nti ubwonibwobwenge!??
April 28, 2013, 7 p.m. GMT
Guest ndabaramuki gaha muri insangani benga murakome abantu bogaho kuri insaganira mbenga ngaho iburundi biragenda ndamukije imiryago yose nabamenye gaho iburundi akazina kaje nitwa nifasha clodine nkaba bagaha muri Australia Sydney nkaba nipfuza kuramutsa abantubogaho muburundi bose nkabipfuriza imirim...
April 28, 2013, 10:26 a.m. GMT
Guest None kuvugako aba DD cokimwe nabandi bose bakora ibibi bitandukanye nivyo aba DD bakora aribibabaza UHORAHO nivyo bituma mvamugitigiri ca kibantu nkacamba ikijuju? hanyuma wewe wise uyundi ikijuju wibaza ko UHORAHO bimunezera?
April 27, 2013, 4:39 p.m. GMT
Guest Iyo ndiko ndunviriza i Radio yababanyi bachu ba Zaire!(Radio Okapi)Iranezera chaaane!Kuko nunva amakuru ashushe!kandi ningene Umukuru wigihu cha Zaire yitaho abantu biwe!Muguhana Abasirikare ataravye intara chanke aho avuka!Umusirikare yivye chanke yishe arahanywa vyakarorero!Nushaka agachigw uruban...
April 27, 2013, 4:33 p.m. GMT
Guest Mbega ndakubwiye yuko ur,ikijuju wibazako mba nchumuye?Oya nchuti yanje!Mbashaka wihanure!Nayahandi UHORAHO ntakunda uwicha chanke uwusahura utwabandi chanke uwurenganya uyundi!iryo zina yro kuvuga Mana yanje nfasha uku nuku...benshi barikoresha muburyo batazi!Ntuze wibazeko UHORAHO akeneye abantu b...
April 27, 2013, 4:30 p.m. GMT
Guest wewe warishizemwo ko abacumura ari aba DD ugaca wibaza ngo Uhoraho niyahaguruka kuntebe yimbabazi ngwazocira urubanza aboba DD gusa,ukibagira ko nawewe wita uwundi kwar'ikijuju ko iyomvugo itanezereza Uhoraho! mwenabobantu bitaband'ibijuju, nibo birirwa bica canke bicisha abobita ibijuju.
April 27, 2013, 3:31 p.m. GMT
Guest I m waiting for your proposal!
April 27, 2013, 1:01 p.m. GMT
Guest Mu Burundi uno munsi harimigambwe 40 irenga!No basabako mwese abafise IMIGAMBWE mu Burundi!Ni mushire hamwe mugire imigambwe 4 gusa!Aho niho u Burundi bwanyu buzoronka amahoro!Kanatsinda agahugu kanyu ni Gato mugabo Sigito!Aho muzoronka amahoro ARAMA!Birashoboka ko mujahambwe mwese mu matora imigamb...
April 27, 2013, 7:51 a.m. GMT
Guest AGAHANGA ka GAHUTU REMY abatabizi baze bakabaze uwitwa SIBOMANA ADRIEN!Icho gihe niwe yahawe MISSION yo Guhera Aba TANZAIA amafranga yo kumwichisha!Lero uwo niwe azobazwa URUFU gwiwe!Azovuge abamutumye icho bari k,UBUTEGETSI abo bakoranye mukwicha uyo muntu!
April 27, 2013, 7:47 a.m. GMT
Guest None kuvugako Imana ichichaye KUMBAZI ya CNDD?None Iyomana ndakubaza yoba ishigikiye Abichanyi?Chanke Ibisuma?Chanke abambuzi?None nijoro warunvise icho Cpt.YUSUF yavuze?Genda urikijuju!Chanke UHORAHO azokwereka icho ushirimbere ngo:Kizorambira kuntebe!Niba utihenda!Nibazako aradufanga baguhaye ngo:...
April 27, 2013, 6:56 a.m. GMT
Guest ntahantu handitse ivyogushigikira ibisuma' nabicanyi, uwubivuze yobayabikuye ahandi ataraha IWACU'
April 27, 2013, 1:43 a.m. GMT
Guest Niwaba wasomyeneza ntabwowosanga hariho ahohepfo ahanditse ko kwiba Imana ivyemera,kwica Imana ntivyemera,iconavuze nuko Imana icicaye kuntebe yimbabazi niyayihagurukako bizobabirangiye ivyaba DD nawewabeshe kandi ucira imanza abandi ukanabatunga angatoki
April 26, 2013, 12:46 p.m. GMT
Guest Haraho wotwereka muri BIBLE chanke muri Qoran!Ahanditse kw,icha kiremwa muntu chanke gusahura umutungo wa Leta vyemewe?Niba lero bitemewe ni kuki wovugako aba DD bakora neza?Chanke ngo:Uhoraho arababona neza muvyo bakora?Ngo azobashigikira kuguma ku butetsi!Busoma neza amakuru!Mbega Mobutu chanke Id...
April 26, 2013, 10:34 a.m. GMT
Guest Uwomuntavuze ngo aba DD bazebangume kubutegetsi ngoniho nguhoraho azobabakunda ,mbeyibaza ko ivyabantu biyumvira kwarivyobiba? uhoraho azokunda aba DD ibihevyose kubera aracicaye kuntebe yimbabazi,iyontebe yimbabazirero ntiriho kubera aba DD gusa nawewe utari umu DD niyayihagurukako utariyeza bizoba...
April 26, 2013, 12:59 a.m. GMT
Guest Urucira mukaso rugatwara nyoko.
April 25, 2013, 6:05 p.m. GMT
Ecouter en direct, en ligne. Playlist, tracklist et liste de chansons les plus jouées, a venir...
PC requires Windows Media Player - Mac additionally requires Real Player - See FAQs for more info on how to listen to live streaming radio.
Guest Jewe nd'umurundi ariko ntakintu kinezera nkokubona kunda US hanyuma US nayo igakunda agahugukanje k'Ubundi.
May 23, 2013, 5:36 p.m. GMT